Cover Image for STELLAR BURUNDI MEET UP
Cover Image for STELLAR BURUNDI MEET UP
98 Went

STELLAR BURUNDI MEET UP

Hosted by Vital NDAYIZEYE & 3 others
Registration
Past Event
Welcome! To join the event, please register below.
About Event

STELLAR EAST AFRICA BURUNDI MEET UP

📍 Mirton Hotel Bujumbura 📅 Itariki: 21 Gitugutu 2025 🕘 Isaha: 9:00 – 17:00

Ivyo uzokwitega:

Wige ivyigwa vy'ibanze vya Stellar na Soroban

Menya ingene Stellar ifasha mu mukurungikiranira amahera mu bihugu bitandukanye mu buryo bwihuta kandi bukingiye

Uzoheza ukore imyimenyerezo n’inyigisho y’ivyuma vyo gukorera (Developer Tools)

Uzosangwe n’abahinga batanga impanuro n’inyigisho amaso kuyandi

Ubone akaryo ko guhura no gufatana mu nda n’abandi bakora ibijanye n’ubuhinga bwa blockchain

Inyuma: Injira muri Community ya Stellar East Africa 👉 [discord.gg/stellardev] 👉 [t.me/+omf9GcgdVACwN2Nk]

Location
Mirton Hotel
14 Ave De La Revolution, Bujumbura, Burundi
98 Went